Abacamanza 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Zeba na Zalumuna bavuga bati: “Ba ari wewe uhaguruka utwice, kuko uko umugabo ari, ari ko n’inkomezi ziwe+ ziri.” Gideyoni aca arahaguruka, yica+ Zeba na Zalumuna hanyuma atora udusharizo tw’imero y’ukwezi twari ku mazosi y’ingamiya zabo.
21 Zeba na Zalumuna bavuga bati: “Ba ari wewe uhaguruka utwice, kuko uko umugabo ari, ari ko n’inkomezi ziwe+ ziri.” Gideyoni aca arahaguruka, yica+ Zeba na Zalumuna hanyuma atora udusharizo tw’imero y’ukwezi twari ku mazosi y’ingamiya zabo.