1 Samweli 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ariko Samweli avuga ati: “Nk’uko nyene inkota yawe+ yahekuye abagore, ni ko na nyoko wawe+ azoba uwuhekuwe kuruta abandi bose mu bagore+.” Samweli aca ahimbagurira Agagi imbere ya Yehova i Gilugali+. Zaburi 83:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo abanyacubahiro babo, nubagire nka Orebu na Zeyebu+,Abatware babo bo hasi bose na bo ubagire nka Zeba na Zalumuna+,
33 Ariko Samweli avuga ati: “Nk’uko nyene inkota yawe+ yahekuye abagore, ni ko na nyoko wawe+ azoba uwuhekuwe kuruta abandi bose mu bagore+.” Samweli aca ahimbagurira Agagi imbere ya Yehova i Gilugali+.
11 Nayo abanyacubahiro babo, nubagire nka Orebu na Zeyebu+,Abatware babo bo hasi bose na bo ubagire nka Zeba na Zalumuna+,