ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 33:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yakobo na we afata inzira aja i Sukoti+, maze atangura kwiyubakira inzu, ubusho bwiwe na bwo abukorera insago+. Ni co catumye aho hantu ahita Sukoti.

  • Yosuwa 13:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 mu kiyaya co hasi na ho, Beti-haramu+ na Beti-nimura+ na Sukoti+ na Zafoni, ahasigaye h’akarere k’ubwami ka Sihoni umwami wa Heshiboni+, Yorodani ikaba yari umupaka gushika ku mpera y’ikiyaga ca Kinereti+ ku ruhande rwa Yorodani ruri amaja mu buseruko.

  • Zaburi 108:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Imana ubwayo yavuze mu bweranda bwayo+ iti:

      “Nzokwigina, nzotanga Shekemu+ bwa mugabane+;

      Kandi ikiyaya co hasi ca Sukoti+ nzokigera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika