Itanguriro 33:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yakobo na we afata inzira aja i Sukoti+, maze atangura kwiyubakira inzu, ubusho bwiwe na bwo abukorera insago+. Ni co catumye aho hantu ahita Sukoti. Abacamanza 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.” 1 Abami 7:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Mu Ntara ya Yorodani+ ni ho umwami yabishongeshereje mw’iforoma y’ibumba, hagati ya Sukoti+ na Zaretani+. Zaburi 60:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Imana ubwayo yavuze mu bweranda bwayo+ iti:“Nzokwigina, nzotanga Shekemu bwa mugabane+;Kandi ikiyaya co hasi ca Sukoti nzokigera+.
17 Yakobo na we afata inzira aja i Sukoti+, maze atangura kwiyubakira inzu, ubusho bwiwe na bwo abukorera insago+. Ni co catumye aho hantu ahita Sukoti.
5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.”
46 Mu Ntara ya Yorodani+ ni ho umwami yabishongeshereje mw’iforoma y’ibumba, hagati ya Sukoti+ na Zaretani+.
6 Imana ubwayo yavuze mu bweranda bwayo+ iti:“Nzokwigina, nzotanga Shekemu bwa mugabane+;Kandi ikiyaya co hasi ca Sukoti nzokigera+.