ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 amazi yariko amanuka avuye ruguru aca arahagarara. Araduga aba urugomero+ rumwe kure cane i Adamu, igisagara kiri iruhande ya Zaretani+, mugabo ayamanuka ku kiyaga co muri Araba, ikiyaga c’Umunyu+, arahera. Agaburwamwo kubiri, maze abantu bajabukira aharabana na Yeriko.

  • 1 Abami 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Bayana mwene Ahiludi: i Tayanaki+ n’i Megido+ n’i Beti-sheyani+ hose, ahari iruhande ya Zaretani+ munsi ya Yezireyeli+, kuva i Beti-sheyani gushika i Abeli-mehola+, gushika mu karere ka Yokimeyamu+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika