2 Abami 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona.
29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona.