Kuvayo 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Musa ako kanya aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga, gica gitangura gusubira uko cari kimeze, buri mu guca. Ico gihe Abanyamisiri bariko barahunga ngo ntibahure na co, mugabo Yehova akunkumurira Abanyamisiri hagati mu kiyaga+. Nehemiya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi wasatuye ikiyaga+ imbere yabo, ku buryo bajabuka baciye hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+; maze abariko barabakurikira ubaraririza ibwina+ nk’ibuye+ mu mazi akomeye+. Zaburi 106:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amazi atangura gupfuka abarwanizi babo+;Ntihasigara n’umwe+.
27 Musa ako kanya aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga, gica gitangura gusubira uko cari kimeze, buri mu guca. Ico gihe Abanyamisiri bariko barahunga ngo ntibahure na co, mugabo Yehova akunkumurira Abanyamisiri hagati mu kiyaga+.
11 Kandi wasatuye ikiyaga+ imbere yabo, ku buryo bajabuka baciye hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+; maze abariko barabakurikira ubaraririza ibwina+ nk’ibuye+ mu mazi akomeye+.