ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Bafata kandi abaganwa babiri ba Midiyani, ari bo Orebu na Zeyebu+; nuko bicira Orebu ku gitandara ca Orebu+, Zeyebu na we bamwicira ku gikono c’umuvinyu ca Zeyebu. Babandanya kwoma inyuma Midiyani+, hanyuma bazanira Gideyoni umutwe wa Orebu n’uwa Zeyebu mu karere ka Yorodani+.

  • Abacamanza 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Zeba na Zalumuna bavuga bati: “Ba ari wewe uhaguruka utwice, kuko uko umugabo ari, ari ko n’inkomezi ziwe+ ziri.” Gideyoni aca arahaguruka, yica+ Zeba na Zalumuna hanyuma atora udusharizo tw’imero y’ukwezi twari ku mazosi y’ingamiya zabo.

  • Zaburi 83:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nayo abanyacubahiro babo, nubagire nka Orebu na Zeyebu+,

      Abatware babo bo hasi bose na bo ubagire nka Zeba na Zalumuna+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika