Abacamanza 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu kuboko kwanyu ni ho Imana yatanze abaganwa ba Midiyani, ari bo Orebu na Zeyebu+; ni igiki none nakoze ugereranije namwe?” Avuze iryo jambo ishavu ryabo rica rirahwama+. Zaburi 83:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo abanyacubahiro babo, nubagire nka Orebu na Zeyebu+,Abatware babo bo hasi bose na bo ubagire nka Zeba na Zalumuna+,
3 Mu kuboko kwanyu ni ho Imana yatanze abaganwa ba Midiyani, ari bo Orebu na Zeyebu+; ni igiki none nakoze ugereranije namwe?” Avuze iryo jambo ishavu ryabo rica rirahwama+.
11 Nayo abanyacubahiro babo, nubagire nka Orebu na Zeyebu+,Abatware babo bo hasi bose na bo ubagire nka Zeba na Zalumuna+,