2 Samweli 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abusalomu yaguma agirira gutyo Abisirayeli bose baza ku mwami bazanywe n’urubanza; Abusalomu aguma yiba imitima y’abagabo ba Isirayeli+.
6 Abusalomu yaguma agirira gutyo Abisirayeli bose baza ku mwami bazanywe n’urubanza; Abusalomu aguma yiba imitima y’abagabo ba Isirayeli+.