Abacamanza 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma, abagabo ba Isirayeli babwira Gideyoni bati: “Nutuganze+, wewe n’umuhungu wawe be n’umwuzukuru wawe, kuko wadukijije ukadukura mu kuboko kwa Midiyani+.”
22 Mu nyuma, abagabo ba Isirayeli babwira Gideyoni bati: “Nutuganze+, wewe n’umuhungu wawe be n’umwuzukuru wawe, kuko wadukijije ukadukura mu kuboko kwa Midiyani+.”