ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Niwateba ukinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, kandi ukaba wacigaruriye kandi wakibayemwo+, maze ukaba uvuze uti: ‘Reka nishirireho umwami wo kunganza, cokimwe n’amahanga yose ankikuje+’;

  • Abacamanza 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Igihe kimwe ibiti vyagiye kurobanuza amavuta* umwami wo kubiganza. Nuko bibwira igiti c’umwelayo+ biti: ‘Nutubere umwami+.’

  • 1 Samweli 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo ico kintu kiba kibi mu maso ya Samweli, kuko bari bavuze ngo: “Duhe umwami wo kuducira imanza,” nuko Samweli atangura gusenga Yehova+.

  • 1 Samweli 12:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mubonye ko Nahashi+ umwami wa bene Amoni aje kubarwanya, muguma mumbwira muti: ‘Oya, ahubwo umwami ni we akwiye kutuganza+!’ Ico gihe cose Yehova Imana yanyu ni we yari Umwami wanyu+.

  • Hoseya 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “None umwami wawe ari hehe, ngo agukize mu bisagara vyawe vyose+, n’abacamanza bawe, abo wambwiye ku biberekeye uti: ‘Numpe umwami n’abaganwa+’?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika