1 Samweli 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.” 1 Samweli 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko abantu banka kwumviriza ijwi rya Samweli+, bavuga bati: “Oya, ahubwo umwami ni we azotuganza.
5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.”
19 Ariko abantu banka kwumviriza ijwi rya Samweli+, bavuga bati: “Oya, ahubwo umwami ni we azotuganza.