Zaburi 81:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo abantu banje ntibumvirije ijwi ryanje+;Kandi Isirayeli ntiyanyeretse na gato umutima ukunze+. Yeremiya 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+, Ezekiyeli 33:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bazoza iwawe, nk’uko abantu baza, bicare imbere yawe nk’abantu banje+; kandi bazokwumva koko amajambo yawe mugabo ntibazoyashira mu ngiro+, kuko baserurisha akanwa kabo ivyipfuzo vy’inambu, kandi inyungu y’akarenganyo ni yo umutima wabo ugenda ukurikira+.
11 Mugabo abantu banje ntibumvirije ijwi ryanje+;Kandi Isirayeli ntiyanyeretse na gato umutima ukunze+.
13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+,
31 Bazoza iwawe, nk’uko abantu baza, bicare imbere yawe nk’abantu banje+; kandi bazokwumva koko amajambo yawe mugabo ntibazoyashira mu ngiro+, kuko baserurisha akanwa kabo ivyipfuzo vy’inambu, kandi inyungu y’akarenganyo ni yo umutima wabo ugenda ukurikira+.