ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Niwateba ukinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe, kandi ukaba wacigaruriye kandi wakibayemwo+, maze ukaba uvuze uti: ‘Reka nishirireho umwami wo kunganza, cokimwe n’amahanga yose ankikuje+’;

  • 1 Samweli 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ubu rero ng’uyu umwami mwatoye, uwo mwasavye+; kandi ehe Yehova yashizeho umwami wo kubaganza+.

  • Hoseya 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “None umwami wawe ari hehe, ngo agukize mu bisagara vyawe vyose+, n’abacamanza bawe, abo wambwiye ku biberekeye uti: ‘Numpe umwami n’abaganwa+’?

  • Ivyakozwe 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo kuva ico gihe basaba umwami+, Imana iraheza ibaha Sauli mwene Kishi, umugabo wo mu muryango wa Benyamini+, mu myaka mirongo ine.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika