Gusubira mu vyagezwe 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+. Abacamanza 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo Gideyoni ababwira ati: “Jewe sinzobaganza, eka n’umuhungu wanje ntazobaganza+. Yehova ni we azobaganza+.” 1 Samweli 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Yehova abwira Samweli ati+: “Niwumvirize ijwi ry’abo bantu ku vyo bakubwira vyose+; kuko atari wewe banse, mugabo ni jewe banse ngo sindababere umwami+. Zaburi 74:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yamara Imana ni yo Mwami wanje kuva kera+,Umwe ashitsa ubukiriro buhambaye hagati mw’isi+. Yesaya 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.
5 Maze aba umwami i Yeshuruni+,Igihe abakuru b’ico gisata bakoranira hamwe+,Imiryango yose ya Isirayeli uko yakabaye+.
23 Mugabo Gideyoni ababwira ati: “Jewe sinzobaganza, eka n’umuhungu wanje ntazobaganza+. Yehova ni we azobaganza+.”
7 Maze Yehova abwira Samweli ati+: “Niwumvirize ijwi ry’abo bantu ku vyo bakubwira vyose+; kuko atari wewe banse, mugabo ni jewe banse ngo sindababere umwami+.
22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.