2 Samweli 22:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku munyenkomezi atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+; Imigani 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu kwubahiriza iminyuro y’urubanza+, kandi azorinda inzira y’intahemuka ziwe+.
26 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;Ku munyenkomezi atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+;