Abacamanza 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu nyuma, bene amatongo b’i Shekemu bose n’inzu ya Milo+ yose bakoranira hamwe hanyuma baragenda, bimika Abimeleki ngo abe umwami+, bamwimikira hafi ya ca giti kinini+, ya nkingi yari i Shekemu+.
6 Mu nyuma, bene amatongo b’i Shekemu bose n’inzu ya Milo+ yose bakoranira hamwe hanyuma baragenda, bimika Abimeleki ngo abe umwami+, bamwimikira hafi ya ca giti kinini+, ya nkingi yari i Shekemu+.