ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 16:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umunezero n’akanyamuneza vyakuwe mu murima w’ivyamwa; kandi mu mirima y’imizabibu nta kamo k’umunezero kariyo, nta karuru kahavuzwa+. Uwuganisha ibirenge aragana ntihagire umuvinyu uboneka mu nganiro+. Akaruru nagahagaritse+.

  • Yeremiya 25:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 “Nayo wewe, uze ubabwire ayo majambo yose y’ubuhanuzi, ubabwire uti: ‘Yehova azoroha nk’intambwe ari iyo hejuru+, arekure ijwi ryiwe ari ahantu heranda aba+. Azoroha nk’intambwe yerekeza ahantu hiwe ho kuba. Azovugiriza akaruru ababa kw’isi bose nk’ak’abaganisha ibirenge mu ruganiro rw’umuvinyu+.’

  • Yeremiya 48:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Umunezero n’akanyamuneza bikuwe mu murima w’ivyamwa no mu gihugu ca Mowabu+. Nkamije umuvinyu mu nganiro z’umuvinyu+. Nta n’umwe azoganisha ibirenge yiha akaruru. Akaruru ntikazoba akaruru+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika