-
1 Abami 11:33Bibiliya y’isi nshasha
-
-
33 Ikibitumye ni uko bantaye+, bagatangura kwunamira Ashitoreti+ imanakazi y’Abanyasidoni, Kemoshi+ imana ya Mowabu na Milikomu+ imana ya bene Amoni; kandi ntibagendeye mu nzira zanje mu gukora ibigororotse mu maso yanje no mu kugumya ivyagezwe vyanje n’ingingo z’ubutungane zanje, nka Dawidi se wiwe.
-