ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ntuze uzane ikintu giteye ishishi mu nzu yawe, bigatuma vy’ukuri ucika ikintu co gutikizwa nka co. Bikwiye kugutera ishishi rwose, ukavyanka urunuka vy’ukuri+, kuko ari ikintu co gutikizwa+.

  • 2 Ngoma 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 maze abantu banje+ bitiriwe izina ryanje+ bakicisha bugufi+ bagasenga+, bakarondera mu maso hanje+ bagahindukira bakava mu nzira zabo mbi+, nzokwumva rero ndi mu majuru+, mbabarire igicumuro cabo+, nkize igihugu cabo+.

  • 2 Ngoma 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Asa akimara kwumva ayo majambo n’ubuhanuzi bwa Odedi+ umuhanuzi, agira umutima rugabo maze atangura kuzimanganya ibintu bisesemye+ mu gihugu cose ca Yuda n’ica Benyamini no mu bisagara yari yarafashe mu karere k’imisozi ka Efurayimu+, asanura n’igicaniro ca Yehova cari imbere y’ibaraza rya Yehova+.

  • 2 Ngoma 33:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Atangura gukura imana z’inyamahanga+ na ca gishusho c’ikigirwamana+ mu nzu ya Yehova, n’ibicaniro vyose+ yari yarubatse ku musozi w’inzu ya Yehova n’i Yeruzalemu, araheza ategeka ko babita hanze y’igisagara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika