ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 27:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “‘Ariko nta kintu na kimwe cagizwe inyegu umuntu yoba yeguriye Yehova ku bwo gutikizwa+ kivuye mu vyiwe vyose gishobora kugurishwa, caba ico mu bantu canke mu bikoko canke mw’itongo yigabira, kandi nta kintu na kimwe cagizwe inyegu gishobora kugaruzwa+. Ni ikintu ceranda rwose kuri Yehova.

  • Gusubira mu vyagezwe 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi ntihaze hagire ikintu na kimwe, emwe na kimwe, kimata ku kuboko kwawe co ku kintu caziririjwe kikagirwa ceranda+, kugira ngo Yehova ahindukire areke ishavu ryiwe rirurumba+, maze akugirire koko imbabazi kandi akwereke koko imbabazi+ yongere akugwize, nk’uko nyene yarahiye ba sogokuruza bawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika