Yosuwa 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi+. Yehova aca areka ishavu ryiwe rirurumba+. Ni co catumye aho hantu hitwa Ikiyaya co Hasi ca Akori*+, gushika n’uyu musi. Yosuwa 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbega Akani+ mwene Zera si we yakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye n’ikintu cari ico gutikizwa yamara ikoraniro ryose rya Isirayeli rikaba ari ryo rirakarirwa+? Kandi si we wenyene yapfiriye mw’ikosa ryiwe+.’”
26 Hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi+. Yehova aca areka ishavu ryiwe rirurumba+. Ni co catumye aho hantu hitwa Ikiyaya co Hasi ca Akori*+, gushika n’uyu musi.
20 Mbega Akani+ mwene Zera si we yakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye n’ikintu cari ico gutikizwa yamara ikoraniro ryose rya Isirayeli rikaba ari ryo rirakarirwa+? Kandi si we wenyene yapfiriye mw’ikosa ryiwe+.’”