Itanguriro 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Atangura rero kubwira Aburahamu ati: “Irukana uyu mushumbakazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’uyu mushumbakazi atazoba samuragwa kumwe n’umuhungu wanje, kumwe na Izahaki+!” Gusubira mu vyagezwe 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Umugabo niyagira abagore babiri, umwe akundwa uwundi yankwa, maze bompi, uwukundwa be n’uwankwa, bakamuvyarira abahungu, umuhungu w’imfura akaba uw’uyo yankwa+,
10 Atangura rero kubwira Aburahamu ati: “Irukana uyu mushumbakazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’uyu mushumbakazi atazoba samuragwa kumwe n’umuhungu wanje, kumwe na Izahaki+!”
15 “Umugabo niyagira abagore babiri, umwe akundwa uwundi yankwa, maze bompi, uwukundwa be n’uwankwa, bakamuvyarira abahungu, umuhungu w’imfura akaba uw’uyo yankwa+,