Itanguriro 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo ijambo rya Yehova riza kuri we muri aya majambo ngo: “Uwo muntu ntazogusubirira nka we samuragwa, mugabo uwuzova muri wewe ni we azogusubirira nka we samuragwa+.” Yohani 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Vyongeye, umushumba ntaguma mu rugo ibihe vyose; umwana agumaho ibihe vyose+. Abagalatiya 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Yamara none, Icanditswe kivuga iki? Kigira giti: “Irukana umusukukazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’umusukukazi atazogenda abaye samuragwa kumwe n’umwana w’umugore yidegemvya+.”
4 Mugabo ijambo rya Yehova riza kuri we muri aya majambo ngo: “Uwo muntu ntazogusubirira nka we samuragwa, mugabo uwuzova muri wewe ni we azogusubirira nka we samuragwa+.”
30 Yamara none, Icanditswe kivuga iki? Kigira giti: “Irukana umusukukazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’umusukukazi atazogenda abaye samuragwa kumwe n’umwana w’umugore yidegemvya+.”