ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 21:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Atangura rero kubwira Aburahamu ati: “Irukana uyu mushumbakazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’uyu mushumbakazi atazoba samuragwa kumwe n’umuhungu wanje, kumwe na Izahaki+!”

  • Itanguriro 25:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 mugabo abahungu b’incoreke Aburahamu yari afise, abaha ingabirano+. Maze akiri muzima, abarungika kure ya Izahaki umuhungu wiwe+, amaja mu buseruko, mu gihugu c’Ubuseruko+.

  • Abagalatiya 4:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Yamara none, Icanditswe kivuga iki? Kigira giti: “Irukana umusukukazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’umusukukazi atazogenda abaye samuragwa kumwe n’umwana w’umugore yidegemvya+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika