Itanguriro 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+. Yohani 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Vyongeye, umushumba ntaguma mu rugo ibihe vyose; umwana agumaho ibihe vyose+. Abagalatiya 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Yamara none, Icanditswe kivuga iki? Kigira giti: “Irukana umusukukazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’umusukukazi atazogenda abaye samuragwa kumwe n’umwana w’umugore yidegemvya+.”
14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+.
30 Yamara none, Icanditswe kivuga iki? Kigira giti: “Irukana umusukukazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’umusukukazi atazogenda abaye samuragwa kumwe n’umwana w’umugore yidegemvya+.”