Abacamanza 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hanyuma abantu be n’abaganwa ba Gileyadi batangura kubwirana bati: “Ni nde mugabo azoja imbere mu kurwanya bene Amoni+? Nabe umukuru w’ababa i Gileyadi+ bose.”
18 Hanyuma abantu be n’abaganwa ba Gileyadi batangura kubwirana bati: “Ni nde mugabo azoja imbere mu kurwanya bene Amoni+? Nabe umukuru w’ababa i Gileyadi+ bose.”