Itanguriro 19:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mu nyuma imfura ivyara umuhungu, imwita Mowabu+. Ni we se w’Abanyamowabu gushika n’uyu musi+. Gusubira mu vyagezwe 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova maze ambwira ati: ‘Ntusindire Mowabu canke ngo uje mu ntambara na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ciwe, kuko Ari+ nayihaye bene Loti+ ngo bayiganzire.
9 Yehova maze ambwira ati: ‘Ntusindire Mowabu canke ngo uje mu ntambara na bo, kuko ata na gatoyi nzoguha ngo wiganzire ku gihugu ciwe, kuko Ari+ nayihaye bene Loti+ ngo bayiganzire.