Ezekiyeli 27:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “‘“Yuda be n’igihugu ca Isirayeli bari abacuruza bawe. Ibikabwa vyawe vyatangwa+ ngo uronke ingano+ y’i Miniti+ n’ivyo kurya bidasanzwe n’ubuki+ n’amavuta n’umusomozo*+.
17 “‘“Yuda be n’igihugu ca Isirayeli bari abacuruza bawe. Ibikabwa vyawe vyatangwa+ ngo uronke ingano+ y’i Miniti+ n’ivyo kurya bidasanzwe n’ubuki+ n’amavuta n’umusomozo*+.