Zaburi 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+. Zaburi 76:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimuraganire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse, mwese abamukikije+.Nibamuzanire ituro, batinya+. Matayo 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’
4 Mu maso yiwe uwugayitse ntabura gutabwa nk’akanuka+,Mugabo abatinya Yehova arabatera iteka+.Ico yarahiye naho comugirira nabi, ntahindura+.
11 Nimuraganire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse, mwese abamukikije+.Nibamuzanire ituro, batinya+.
33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’