Yosuwa 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma ubupfindo+ bugira gatatu bugirirwa bene Zebuloni+, hakurikijwe imiryango yabo, urubibe rw’intoranwa yabo rukaba rwaragenda gushika i Saridi. Yosuwa 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 na Katati na Nahalali na Shimuroni+ na Idala na Betelehemu+; ibisagara cumi na bibiri n’imihana irundanye ibikukira.
10 Hanyuma ubupfindo+ bugira gatatu bugirirwa bene Zebuloni+, hakurikijwe imiryango yabo, urubibe rw’intoranwa yabo rukaba rwaragenda gushika i Saridi.
15 na Katati na Nahalali na Shimuroni+ na Idala na Betelehemu+; ibisagara cumi na bibiri n’imihana irundanye ibikukira.