Abacamanza 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko haciye igihe, asubirayo kugira ngo amuzane i muhira+. Ari ku nzira, arakevya kugira arabe umuvyimba wa ya ntambwe, maze mu kiziga ca nya ntambwe asangamwo irumbu ry’inzuki be n’ubuki+.
8 Nuko haciye igihe, asubirayo kugira ngo amuzane i muhira+. Ari ku nzira, arakevya kugira arabe umuvyimba wa ya ntambwe, maze mu kiziga ca nya ntambwe asangamwo irumbu ry’inzuki be n’ubuki+.