Abacamanza 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko aduga kubimenyesha se na nyina, avuga ati: “Hari umukobwa nabonye i Timuna wo mu bakobwa b’Abafilisitiya, none rero mumunsabire ambere umugore+.”
2 Nuko aduga kubimenyesha se na nyina, avuga ati: “Hari umukobwa nabonye i Timuna wo mu bakobwa b’Abafilisitiya, none rero mumunsabire ambere umugore+.”