Abacamanza 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Atangura kubasasika, arabarundarunda, inganda ziratikira bimwe bikomeye; maze aramanuka, aba mw’isenga ry’urutare rwa Etamu+.
8 Atangura kubasasika, arabarundarunda, inganda ziratikira bimwe bikomeye; maze aramanuka, aba mw’isenga ry’urutare rwa Etamu+.