Abacamanza 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko abagabo ba Yuda ibihumbi bitatu bamanuka kuri rya senga ry’urutare rwa Etamu+, babwira Samusoni bati: “Ntuzi yuko Abafilisitiya ari bo batuganza+? None ivyo wadukoreye bisobanura iki?” Maze ababwira ati: “Nabagiriye nk’uko bangiriye+.”
11 Nuko abagabo ba Yuda ibihumbi bitatu bamanuka kuri rya senga ry’urutare rwa Etamu+, babwira Samusoni bati: “Ntuzi yuko Abafilisitiya ari bo batuganza+? None ivyo wadukoreye bisobanura iki?” Maze ababwira ati: “Nabagiriye nk’uko bangiriye+.”