Gusubira mu vyagezwe 28:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+. Abacamanza 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine. Abacamanza 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+. Zaburi 106:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Incuro n’izindi abatanga mu kuboko kw’amahanga+,Kugira ngo ababanka babaganze+,
48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.
13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine.
4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.