Gusubira mu vyagezwe 28:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+. Abacamanza 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine. Abacamanza 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko abagabo ba Yuda ibihumbi bitatu bamanuka kuri rya senga ry’urutare rwa Etamu+, babwira Samusoni bati: “Ntuzi yuko Abafilisitiya ari bo batuganza+? None ivyo wadukoreye bisobanura iki?” Maze ababwira ati: “Nabagiriye nk’uko bangiriye+.”
48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.
13 Bene Isirayeli bongera gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo Yehova abatanga mu kuboko kw’Abafilisitiya+ imyaka mirongo ine.
11 Nuko abagabo ba Yuda ibihumbi bitatu bamanuka kuri rya senga ry’urutare rwa Etamu+, babwira Samusoni bati: “Ntuzi yuko Abafilisitiya ari bo batuganza+? None ivyo wadukoreye bisobanura iki?” Maze ababwira ati: “Nabagiriye nk’uko bangiriye+.”