Yosuwa 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko uku ari ko Yehova yakora: yarareka imitima yabo igakomantara+ kugira bamenyeshe ko bagiye kurwana na Isirayeli, kugira ngo abatikize, ntibagirirwe ubutoni+, ahubwo abazimanganye, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse Musa+. 1 Abami 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko umwami ntiyumviriza abantu+, kuko ukwo guhinduka kw’ibintu kwari kuvuye kuri Yehova+, kugira ngo ashitse koko ijambo ryiwe+, iryo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ Umunyashilo.
20 Kuko uku ari ko Yehova yakora: yarareka imitima yabo igakomantara+ kugira bamenyeshe ko bagiye kurwana na Isirayeli, kugira ngo abatikize, ntibagirirwe ubutoni+, ahubwo abazimanganye, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse Musa+.
15 Nuko umwami ntiyumviriza abantu+, kuko ukwo guhinduka kw’ibintu kwari kuvuye kuri Yehova+, kugira ngo ashitse koko ijambo ryiwe+, iryo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ Umunyashilo.