1 Abami 12:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Nuko umwami yanka kwumviriza abantu, kuko Yehova ari we yashaka ko bigenda ukwo+. Kwari ukugira ngo ivyo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ w’i Shilo biranguke.
15 Nuko umwami yanka kwumviriza abantu, kuko Yehova ari we yashaka ko bigenda ukwo+. Kwari ukugira ngo ivyo Yehova yari yarabwiye Yerobowamu mwene Nebati biciye kuri Ahiya+ w’i Shilo biranguke.