Ivyakozwe 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko Sauli amenya umugambi mubi bamugiriye. Mugabo n’amarembo baguma bayareretse bavyitondeye ku murango no mw’ijoro kugira bamwice+. 2 Abakorinto 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 I Damasiko buramatari agabwa na Areta umwami yari acunze igisagara c’Abadamaseni kugira amfate+,
24 Ariko Sauli amenya umugambi mubi bamugiriye. Mugabo n’amarembo baguma bayareretse bavyitondeye ku murango no mw’ijoro kugira bamwice+.