ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 14:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko rero umugore wa Samusoni atangura kumuririra+ avuga ati: “Uranyanka gusa, emwe uranyanka, ntunkunda+. Wapfinze agapfindo abana b’igisata canje+, ariko jewe ntiwakambwira.” Na we amubwira ati: “Erega, na dawe na mawe sinakabasobanuriye+, none abe ari wewe ndagasobanurira?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika