Ezekiyeli 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+. Matayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+. Ivyahishuwe 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.
4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.
28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.
11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.