Yosuwa 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yosuwa aca ababwira ati: “Nimba uri igisata c’abantu benshi, duga mu kibira, ucitemere, hariya mu gihugu c’Abaperizi+ n’Abarefayimu+, kuko akarere k’imisozi+ ka Efurayimu kakwagiye cane.” Abacamanza 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Ico gihe hari Umulewi umwe yari amaze igihe aba mu mihingo ya kure kuruta iyindi y’akarere k’imisozi ka Efurayimu+. Arahava yabira incoreke+ y’i Betelehemu+ muri Yuda.
15 Yosuwa aca ababwira ati: “Nimba uri igisata c’abantu benshi, duga mu kibira, ucitemere, hariya mu gihugu c’Abaperizi+ n’Abarefayimu+, kuko akarere k’imisozi+ ka Efurayimu kakwagiye cane.”
19 Kandi muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Ico gihe hari Umulewi umwe yari amaze igihe aba mu mihingo ya kure kuruta iyindi y’akarere k’imisozi ka Efurayimu+. Arahava yabira incoreke+ y’i Betelehemu+ muri Yuda.