ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 17:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Umwe wese yakora ivyo yabona ko bibereye mu maso yiwe bwite+.

  • Abacamanza 18:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Muri iyo misi, nta mwami yariho muri Isirayeli+. Kandi muri iyo misi, umuryango w’Abadani+ wariko wironderera intoranwa yo kubamwo; kuko gushika uwo musi batari bwaronke intoranwa hagati mu miryango ya Isirayeli+.

  • Abacamanza 21:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Umwe wese yakora ivyari bibereye mu maso yiwe+.

  • 1 Samweli 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mu nyuma abagabo b’inararibonye ba Isirayeli+ bose bakoranira hamwe, baza kuri Samweli i Rama,

  • 1 Samweli 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika