Guharura 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 maze babwira ikoraniro ryose rya bene Isirayeli bati: “Igihugu twaciyemwo kugira tugitate ni igihugu ciza, ciza cane+. Gusubira mu vyagezwe 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Yehova Imana yawe ariko arakujana mu gihugu ciza+, igihugu c’imyonga y’amazi, c’imbizi be n’inyenga z’amazi bidudubiza mu kiyaya c’umubande+ no mu karere k’imisozi,
7 maze babwira ikoraniro ryose rya bene Isirayeli bati: “Igihugu twaciyemwo kugira tugitate ni igihugu ciza, ciza cane+.
7 Kuko Yehova Imana yawe ariko arakujana mu gihugu ciza+, igihugu c’imyonga y’amazi, c’imbizi be n’inyenga z’amazi bidudubiza mu kiyaya c’umubande+ no mu karere k’imisozi,