Itanguriro 29:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko ababwira ati: “Arisohora+?” Na bo bati: “Arisohora. Kandi ehe Rasheli+ umukobwa wiwe azananye n’intama+!” Itanguriro 43:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Inyuma y’ivyo ababaza nimba bisohora maze avuga+ ati: “Mbega so, wa mutama mwavuga, arisohora? Aracariho+?”
6 Nuko ababwira ati: “Arisohora+?” Na bo bati: “Arisohora. Kandi ehe Rasheli+ umukobwa wiwe azananye n’intama+!”
27 Inyuma y’ivyo ababaza nimba bisohora maze avuga+ ati: “Mbega so, wa mutama mwavuga, arisohora? Aracariho+?”