Kuvayo 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ako kanya Musa arasohoka, aja gusanganira sebukwe, akubita inkoro hasi yongera aramusoma+. Baca batangura kubazanya amakuru. Inyuma y’ivyo binjira mw’ihema. 1 Samweli 17:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Buno nyene Dawidi afata imizigo+ yari yituye ayisigarana umurinzi w’imizigo+, maze yiruka iyo batonze urugamba. Ashitse, atangura kubaza ingene bene wabo bamerewe+.
7 Ako kanya Musa arasohoka, aja gusanganira sebukwe, akubita inkoro hasi yongera aramusoma+. Baca batangura kubazanya amakuru. Inyuma y’ivyo binjira mw’ihema.
22 Buno nyene Dawidi afata imizigo+ yari yituye ayisigarana umurinzi w’imizigo+, maze yiruka iyo batonze urugamba. Ashitse, atangura kubaza ingene bene wabo bamerewe+.