ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 37:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Amubwira rero ati: “Ndakwinginze ugende. Urabe ko bene wanyu bari impore, kandi ko umukuku uri impore, uheze unzanire agakuru+.” Nuko aramurungika avuye mu kiyaya co hasi ca Heburoni+, maze agenda yerekeye i Shekemu.

  • 1 Samweli 17:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Iyi migabane cumi y’amata na yo uyishire umukuru w’igihumbi+; vyongeye, witwararike bene wanyu ku bijanye n’ukuntu bamerewe+, uheze uzane icemeza kivuye kuri bo.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika