Abacamanza 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Vyongeye, Mika yuzuza ububasha ukuboko+ kw’uwo Mulewi, kugira ngo uwo musore amubere umuherezi+ yongere agume aba mu nzu ya Mika. Abacamanza 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Na we ababwira ati: “Mika yangiriye gutya na gutya kugira ampere+, no kugira ndamubere umuherezi+.”
12 Vyongeye, Mika yuzuza ububasha ukuboko+ kw’uwo Mulewi, kugira ngo uwo musore amubere umuherezi+ yongere agume aba mu nzu ya Mika.
4 Na we ababwira ati: “Mika yangiriye gutya na gutya kugira ampere+, no kugira ndamubere umuherezi+.”